Peter GOAL

Peter GOAL I am fine.◥◣◢✇◣╭◎╮◢✇◣◢◤
◎▤◈PITER GOAL 𝙇𝙄𝙁𝙀 𝙊𝙁 𝙇𝙀𝙂𝙀𝙉𝘿▤◎
◢◤◥✇◤╰◎╯◥

19/05/2026
🇧🇮🔥Icamamare Sat-B Abandanya Kwandika Amateka Atawundi Yari Bwayandike! Hano Iwacu Nibwo Bwambere Muburundi 🇧🇮 Kuri Tik ...
15/05/2026

🇧🇮🔥Icamamare Sat-B Abandanya Kwandika Amateka Atawundi Yari Bwayandike! Hano Iwacu Nibwo Bwambere Muburundi 🇧🇮 Kuri Tik Tok Indirimbo Ironse Challenges Ibihumbi Mirongo Irindwi Nabitanu Birenga Mukwezi Kumwe (75K Challenges) Iyi Ndirimbo TelAviv Irimwo Ibiki? 🤔 Erega Ntihagarikwa.

Mwabonye Ko No Kuri YouTube Imaze Kurenzako Ibihumbi Ijana (100K) Akanya Ikwije Imiriyoni 3 🙄 Vyabintu Vyakomeye Sindababesha!

Ubu Ndatanguye Kubona Impamvu Sat-B Wenyene Yivugiye Ko Abandi Baririmvyi Yamanje Kubaroga....✍️

Indirimbo Zasohotse Inyuma Ya TelAviv Mwebwe Muracazumva? 🙄🤔 Erega Umuziki Ndundi 🇧🇮 Yawigaruriye Wenyene 🙆‍♀️

Iyi noti iriko iraronderwa imwe ni 300mil ufise 2 ni 600mil ayo mafranga ntagucike kabisa
14/05/2026

Iyi noti iriko iraronderwa imwe ni 300mil ufise 2 ni 600mil ayo mafranga ntagucike kabisa

14/05/2026

Waaaaooooo✊🏻 waaaoooo✊🏻 waaooo Secret kids Burundi umuriyoni wama   kuri FB thx sana bana
07/05/2026

Waaaaooooo✊🏻 waaaoooo✊🏻 waaooo Secret kids Burundi umuriyoni wama kuri FB thx sana bana

Maman Guy kanyamuji umviriza izimpano ivyozigusaba Secret kids Burundi nabo barakeneye kubereka umunezero✊🏻
30/04/2026

Maman Guy kanyamuji umviriza izimpano ivyozigusaba Secret kids Burundi nabo barakeneye kubereka umunezero✊🏻

Address

Angleterre
London
HOPEOG@75

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Peter GOAL posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Peter GOAL:

Share

Category