Burundi jandajanda

Burundi jandajanda Gutangaza

11/04/2025

♥️♥️♥️♥️

11/04/2025
Ndagowe
24/11/2023

Ndagowe

🚨 INKURU Y’AKABABARO 🚨Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane muri Africa Davido yapfishije umwana wiwe w’umuhungu  yitwa Efeany...
01/11/2022

🚨 INKURU Y’AKABABARO 🚨

Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane muri Africa Davido yapfishije umwana wiwe w’umuhungu yitwa Efeanyi yarafise imyaka 3

Biravugwa ko uyu mwana yavyaranye n’umukunzi wiwe Chioma yapfiriye muri Pisine y’umuryango mugisagara ca Lagos

Ayo makuru avuga ko uyu mwana yamaze igihe kinini yibiye mumazi imbere yuko bamubona , bakimubona baciye bihuta bamujana ku bitaro vyitwa Laggon aho yapfiriye bakihamushikana

🕯️R.I.P

  : Ibinyobwa vya Tangawizi canke birimwo Tangawizi vyegeranijwe n' igipolisi ca Rumonge Province kuri uwu wa gatanu. Ik...
30/10/2022

: Ibinyobwa vya Tangawizi canke birimwo Tangawizi vyegeranijwe n' igipolisi ca Rumonge Province kuri uwu wa gatanu. Iki gikorwa catanguye kuba inyuma y' aho hafatiwe ingingo yo kubuza kunywa ivyo binyobwa birimwo Tangawizi na Gingimbre.

Uruhombo ni rwishi ku badandaza bari babiranguye. Abeshi ntibatahura imvo izo ngingo zifatirwa ibinyobwa bimaze imyaka itanu canke irenga biri kw' isoko kandi bidacururizwa mu kinyegero.


Jandajanda

Address

Nailob
Limuru
UTAWALA

Telephone

+25769079233

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi jandajanda posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi jandajanda:

Share