Aho iwanyu havugwa amaki

Aho iwanyu havugwa amaki Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Aho iwanyu havugwa amaki, Grocers, Nairobi.

Why are these girls still pregnant? Why didn't our grandparents do this in the past because of the body parts they have ...
01/03/2026

Why are these girls still pregnant? Why didn't our grandparents do this in the past because of the body parts they have that they didn't have in the past? but what I would ask is that we are not carried away by the times or carried away by the past and walk as the ancients walked because I don't see what will take girls if they don't change their ways

01/03/2026

Ivyo binyamakuru vya leta ya Irani vyemeje ko umukuru w’igihugu Ali Khamenei yishwe, inyuma y’ibitero vyakozwe muri Irani yose vyakozwe na Isirayeli na Amerika, vyatanguye ku musi wa gatandatu mu gitondo ku isaha y’aho hantu.

Mu gusoma itangazo ry’inama nkuru y’umutekano w’igihugu ca Irani, ibinyamakuru vya televiziyo vya leta muri Irani vyemeje ko Khamenei yapfuye.

Ivyo bimenyetso vyaje inyuma y’aho umukuru w’igihugu ca Amerika Donald Trump avugiye ko Khamenei yishwe, umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli Benjamin Netanyahu akamenyesha ko ikibanza ca Khamenei i Tehran cateye “igitero gikomeye kandi gitunguranye”.

✝️🙆‍♂️ Umumenyeshamakuru yegereye cane M23   Luwara avuga ko umubiri wa W***y Ngoma wahambwe mw'ivu vuba cane, mw'ishamb...
27/02/2026

✝️🙆‍♂️ Umumenyeshamakuru yegereye cane M23 Luwara avuga ko umubiri wa W***y Ngoma wahambwe mw'ivu vuba cane, mw'ishamba ku mutumba uri mu micungararo ya , nta birori vyemewe vyabaye canke icubahiro co kumusezera ubwanyuma.

Nk’uko ayo makuru abivuga, bitandukanye n’uko vyavugwa vyo kujana umubiri wuwapfuye i Goma, ipfubwa ryiwe ryoba ryabaye mu buryo buhishijwe, ata butumwa bwemewe butanzwe buva ku mugwi AFC/M23.

Iyi ngingo itangaza benshi mu barabira hagufi ibintu n'ibindi, cane cane ko W***y Ngoma atari umurwanyi asanzwe, ahubwo akaba yari umuvugizi Musirikare w’umugwi w’intambara kandi akaba n’umwe w'icitegererezo mu guhuza abantu n’ibiranga uyu mugwi.

Ku ruhande rwa AFC/M23, bamwe muba cadres bagira bati: «Yari umusirikare, yararahiye kandi yapfiriye ku rubuga rw’intambara», nk’uko amakuru ava ku begereye uwo mugwi abivuga.

Ariko, kuba ata butumwa bwemewe buratangwa, ubutumwa bwo kwihanganisha canke icubahiro co kumusezera ubwanyuma vyatanzwe ku banyagihugu bituma hagumaho ibibazo vyinshi. Abahinga bamwe mu busesanguzi bavuze kw' ivyo atari hamwe mu gutahura ukuri ku mpamvu nyakuri zo kuba yarapfuye, mu gihe inzego za Republika Iharanira Demokarasi ya Kongo, zirongowe na Perezida Félix Tshisekedi, zavuze ivy’ico gitero cakozwe mu buryo bwa Drones zikica abarwanyi ba M23.

Muri iki gihe, nta gihamya cigenga giheza kikemeza neza ukuri ku bijanye n’ingene yashinguwe vyabaye canke ku buryo yapfuye. Ico kibazo kirakomeye kandi kirakomeje gutuma haba ibibazo vyinshi mu banyagihugu.

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aho iwanyu havugwa amaki posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category