Kevin Brown promoter Bdi

Kevin Brown promoter Bdi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kevin Brown promoter Bdi, Grocers, Nairobi.

27/08/2026
đŸŸ„ đŸŸ©Uwu mwaka bizoba bikomeye cane đŸ”„đŸ„¶,FC Barcelona yavumbuye ubundi buhinga bwa Drone  kugira irinde abakinyi bayo batagi...
26/08/2026

đŸŸ„ đŸŸ©Uwu mwaka bizoba bikomeye cane đŸ”„đŸ„¶,FC Barcelona yavumbuye ubundi buhinga bwa Drone kugira

irinde abakinyi bayo batagira akabakomakoma ngo kabateshe intumbero â€ŒïžđŸ„¶đŸ’ȘđŸ”„

đŸ‘šâ€đŸ’»âžĄïžAbajejwe umutekano ba Barça ubu bakoresha drone kugira bakurikirane inzira zo kwinjira muri Ciutat Esportiva ahakorerwa imyimenyerezo, bongere bamenye neza inzira zidasanzwe zikoreshwa n’abantu, kugira bifashe abakinyi gusohoka ata ngorane.

❌ Mu 2024, habaye ikibazo kijanye na Iñigo MartĂ­nez, aho yigeze guhura n’urwaruka rwamututse igihe yariko arasohoka mu kibuga c’imyimenyerezo.

Muri Gitugutu 2025, Hansi Flick na we yasavye abakunzi b’umupira kubaha abandi, inyuma y’inyifato idakwiye yabaye ku bakozi b’umutekano.
⚠ Ivyo nyene vyongeye kuba uno musi kuri Rodri, aho yari akikijwe n’abakunzi bashika hafi kuri 80.

Umudagi aba yateguye impande zose

đŸ“Č Nk’uko ibivuga.

📰

  : Nibisanzw birahimbaye kubafana ba   Stade Santiago Bernabéu ni yo yonyene muri La Liga aho abasifuzi batazotanga can...
22/08/2026

: Nibisanzw birahimbaye kubafana ba Stade Santiago BernabĂ©u ni yo yonyene muri La Liga aho abasifuzi batazotanga canke ngo bagire ibiganiro n’abanyamakuru imbere canke inyuma y’umukino muri iyi sizoni.

Bernabéu ni yo stade yonyene mu ma stade 20 ya La Liga itazokurikiza iyo porotokole nshasha yo gutuma ibintu birushiriza kuba mu muco. Ivyo bivugwa ko biva ku mabwirizwa ya Real Madrid abuza abatanga amakuru ya televiziyo gukoresha neza uburyo bwo guhuza amakuru (connections).

Ku zindi stade zose za La Liga, abasifuzi bazokwemererwa kuvugana n’abanyamakuru imbere y’umukino no inyuma yawo.

— Sport

'

 : Ntarindi zina riri mwitangaza makuru aka kanya atari Hamza ,Bamwe mbere batanguye no kumwita Haaland mushasha wa Barç...
20/08/2026

: Ntarindi zina riri mwitangaza makuru aka kanya atari Hamza ,Bamwe mbere batanguye no kumwita Haaland mushasha wa Barça â€ŒïžđŸ„¶

âžĄïž Ibitsindo 5 mumikino 4 bivuzeko adasohoka adatsinze đŸ˜±Uko Hamza Abdelkarim agenda mu ri Surface de reparation ni kimwe mu bintu bitangaje cane mu mukino wiwe. Afise ubushobozi budasanzwe bwo gutahura aho igikorwa kigiye gushika, n’imbere y’uko akaryo ko gutsinda kaboneka.
Ubwo ni bwo buhinga nyabwo twipfuza kubona kuri rutahizamu wa No. 9.

─ Gutahura neza ibigiye kuba imbere yuko biba
─ Kwifata ahantu heza kandi ku gihe nyaco
─ KwiremĂ©ra umwanya wo gukiniramo
─ Guhora aronka uburyo bwo gucika uwumucungera
─ Kwihuta no kwinyeganyeza neza imbere y’izamu

Ikintu gitangaje kuruta ibindi ni ukuntu asa n’uwama azi aho akwiye kuba, mu buryo busanzwe. Ntarindira ko akaryo kaboneka; agenda kare, agatahura ibiriko biraba, hanyuma akishira ahantu umupira ushobora gushika.

Iyo niyo shusho nyayo ya rutahizamu w’ukuri imaze kuboneka neza muri we.
Arazi aho akwiye kuba imbere y’uko abandi bose babimenya.

Ubu amaze gutsindira Barça ibitego 4 mu mikino 5 ya prĂ©-saison, kandi mu mikino iheze yabaye umwe mu bakinyi beza cane b’ikipe.

Barça bivugwa ko iriko irarondera rutahizamu mushasha, ariko kumbure umuti w’ikibazo bawufise imbere y’amaso yabo.

đŸ‡Ș🇬 w’Umunyamisiri” — umukinyi w’umuhinga cane ariko aradodora muri equipe ya mbere đŸ’Ș

📰

Umwe wese yicagurire ngaho hepfo
18/08/2026

Umwe wese yicagurire ngaho hepfo

OYA URU RUGO RUZORAMBA VRT
09/08/2026

OYA URU RUGO RUZORAMBA VRT

09/08/2026

NTAMUNTU AVUGA NEZA KURI FONE NKUMUKOBW MUBI KWISURA

07/08/2026

SATAN ntakibose kl ub arabohoye ibaze narose yishuye facture wmva gt ???

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kevin Brown promoter Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category