04/06/2026
🔵🟣 Ntibisanzwe !!! Mu Burundi tuzoraba igikombe cisi 2026 hehe?
Canal+ ntizoyerekana ntaburengazira yawe ngo naza Chaine Super Sports amakuru yemeza ko bazozikuramwo igikombe cisi gitanguye ❌
Startimes nayo amakuru ndose ngo izokwerekana Coupe du Monde muri Nigeria gusa ibindi bihugu ntibirimwo ama Chaine azoyerekana azohagarikwa ino akurwemwo ❌
Mu Burundi asavye kuri Internete bemeza ko New Word TV ariyo yahawe uburengazira bwo kuzoyerekana ariko nayo ntana Agence ifise ino 🤣❌
🤣🤣Ama Application mube murayategura Mbona iwacu kuyiraba nabafise Zirya Decodeur Satellitaire gusa canke DSTV Decoder