Mr One Lele

Mr One Lele https://www.youtube.c tiktok.com/
Public Follow this page
Promoter music 🎶
and Business Promote
Comedy

25/03/2026
24/03/2026

Ego nivyo akazi kamugenzawe karasuzuguritse ariko ntukamusuzugure nakare abarundi barayamaze bati umwuga udakiza nuwo kuroga kuko iyisi irazunguruka ejo canke hirya yejo nawe imana ishobora kumuhindurira ubuzima akamera nkabandi

24/03/2026
23/03/2026
23/03/2026

Narinagiye soweto Market bitsabiratsanga niho nkisika kwi shop😂

22/03/2026
22/03/2026

Ukaba ukunda uburundi nturengane utabwiye akajambo umuntu avuga nabi igihugu camwibarutse kikanamurinda je ndabishingira intahe bivanye nigihugu ntuyemwo muri afirika nzima mu'Burundi nihohonyene utazosanga umwana wimyaka irihagati ya-9 na-18 anwa itabi nurumogi muze mwibuka gushira abavyeyi bacu bakoze ibishoboka vyose bakaturinda ibiyovyabwenge

22/03/2026

Ebagabo ntanga amakuru muri Zambia muga nuwuri kumpera yisi arayafise aze biratsanga🔥🔥❤❤

22/03/2026
21/03/2026

Address

Kenya
Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr One Lele posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category