07/09/2023
*True love part 4*
Mugice giheruka twasize Jojo yibaz umuntu arik aramufona, mbega yob arinde?
Dukurikirane!
*At the market*
-Lydia:yooooh,mama,urabon ngene kano gapantaro ari keza?
-Mama Lydia (Caritas):jew mbona atari Keza nkuko urik uragasamarira!
-Lydia:oya mama naw ntumbanire ngaha wokangurir wosanga bitesa?
-mama Lydia:mbega w ko wikunda cane?๐คurazi w ko ariyompamva ntakunda k tujana mwisoko?
-lydia:none waheruk kungurir ryar ga ma?
-mama Lydia:irya kanzu ya rouge nayiguz ryar?hari amez 3 araher ndayikuguriye?ahubw reka ngurire mutoya wawe ndazi nawenyen arakeney bishsha!
-Lydia:oyaaa mama naw reka kungirir inzigo!uraz Jojo impuz afis ngene zingana!!๐
-mama Lydia:okey,vyose ndabihevy ahubw dutahe!
-Lydia:ntakund reka dutahe!!
*Five months ago*
-Aristide:chr,wakoz kuza kundamutsa wisanzure
-Jojo:merci mukunzi wanje!
-Aristide:muhira ndibaz baraho!
-Jojo;bamez neza kabis urets k wabahevye utakibavugish!
-Aristide:you know I can't do it my dear!
-Jojo:ndabizi k ubura akanya ko gutember kubera akazi!
-Aristide:ni hatari chr,mba nipfuza kuban naw kensh arik bikank kubera akanya gato!weeeee!ko uguma undaba n'ibiki?
-Jojo:ahubw nnje natangajw n'uburyo undaba urutavanako,uca unyitanga mumanyam?
-Aristide:reka ndakubwir impamv nguma vyanse ko ndeka kuguma ndakuraba(uri mwiza imbere n'inyuma,niba hari umukobw mwiza kwisi ya rurema,ni wewe,si visage gusa mvuga,indero,kuberwa,amajambo aryoshe,impanuro,kwitaho uwo ukunda,eka sinoshobor kuvuga ivyiza vyawe ng ndabimare,mumajamb make ur mwiza muri vyose)
-Jojo:๐ซฆ๐ซฆmerci mukunzi wanje,ndumva atakindi norenzako,urukundo unyereka ugatako ukarumpa rwose ataco wisigarije nivy bituma nnje nzoguma nduwawe ibihe vyose,no matter what?I'll stay by you for the rest of my life!
-Aristide:ndavyumva kuko urukundo nirwo rukuru ibindi bikaza munyuma ariko mfis ikibazo gikomeye hagati yacu!!
-Jojo:ikibazo nyabaki ga mwami wnje?๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ
-Aristide:ndabizi biragoy gusobanur arik ikibazo kirahar