ØLÏX júst mïnd

ØLÏX júst mïnd & My Bïg bøy ønly🤙🥀
WhatsApp :65484446
Trøu bøy🤙

Iri joro umuririmvyi drama t ahejeje gusohora amafoto aho yarari kuraba match ya France na Islande live rino joro numyen...
09/10/2025

Iri joro umuririmvyi drama t ahejeje gusohora amafoto aho yarari kuraba match ya France na Islande live rino joro numyene. Aho bigaragara ko yambaye neza cane gose umwana akomeza kuduza i drapeau ryigihugu🇧🇮

Ndabibutsa ko kuraba zino match biba bizimvye cane gose.

Ibraah_tz aramwishuye Sat-B areke ibintu vyo kumwita beau-frère shaa niyatwaye Sister wiwe 🤣🤣🤣🤣Tanga amaheraa yabandi gu...
09/08/2025

Ibraah_tz aramwishuye Sat-B areke ibintu vyo kumwita beau-frère shaa niyatwaye Sister wiwe 🤣🤣🤣🤣

Tanga amaheraa yabandi gusa 🤣🤣🤣💔💀

🇧🇮 AMATEKA YA SAT-B: UMURIRIMVYI ATAWAMUHETSE MU KUDUGA, ARIKO WE AGAHEKA AMA GENERATION N’AYANDI. 1. Ni we yatanguje ih...
08/27/2025

🇧🇮 AMATEKA YA SAT-B: UMURIRIMVYI ATAWAMUHETSE MU KUDUGA, ARIKO WE AGAHEKA AMA GENERATION N’AYANDI.

1. Ni we yatanguje ihimiriza ryo gukoresha imbuga nkoranyambaga nka YouTube, Spotify n’izindi mu buryo bw’umwuga mu Burundi.

2. Mu 2016, indirimbo yiwe “Too Much” ni yo yabaye iya mbere mu Burundi gukwiza views 100,000 mu ndwi imwe gusa – ico gihe vyari igitangaro.

3. Ni we muririmvyi wa mbere yakwije 1 million views kuri YouTube mu 2018 ku ndirimbo “No Love”.

4. Sat-B kandi ni we yakwije bwa mbere 4 million views ku ndirimbo “Beautiful”, yakoranye na Meddy.

5. Afise ama collabos y’iteka n’abaririmvyi bakomeye nka Meddy, Otile Brown, Bahati (Kenya), Aslay (Tanzania) n’abandi…

6. Sat-B ni we muririmvyi wa mbere yakwije 1 million views mu kiringo c’iminsi 10 ku ndirimbo iri gukundwa kuruta izindi mu gihugu muri iki gihe, izwi kw’izina rya .

Gushika Ubu nta muririmvyi N’umwe ari ku rwego Sat-B ariko Mukumenyekanisha Umuziki w’uburundi mu makungu !

Simba🤙🥀
08/26/2025

Simba🤙🥀

Nge ndabona iyi couple ya Juno na wayz ntacyo itwaye pe Woex urabon'ute?😘🤙
08/26/2025

Nge ndabona iyi couple ya Juno na wayz ntacyo itwaye pe
Woex urabon'ute?😘🤙

Address

65484446
New York, NY
54844

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ØLÏX júst mïnd posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category